Woba wafashijwe niyo sinema?
Woba wipfuza kwakira Yesu?
Subiramwo irisengesho wizeye : " Mwami Yesu ndagutakambiye kugira unyiganzire mbe uwawe. Ivyaha vyanje vyantandukanije nawe. Ndakwinginze Mwami ng'uze mu mutima wanje. Ndagushimiye ko umpariye ivyaha vyanje vyose. Ndabizi neza ko wahejeje ku bimparira. Ubu ndemeye kuva mu vyaha ngo tubane Yesu. Hindura ubugingo bwanje mbe nk'ukugomba ibihe vyose. Amen"