Woba wipfuza kwakira YESU KRISTO MUBUGINGO BWAWE ?
MWAMI YESU ndakwakiriye kugira ng'unyiganzire mbe uwawe. Ivyaha vyanje vyantandukanije nawe. Ndakwinginze MWAMI ng'uze mu mutima wanje. Ndagushimiye KO umpariye ivyaha vyanje vyose. Ndabizi neza KO wahejeje Ku bimparira. Ubu ndemeye kuva muvyaha ngo tubane Yesu. Hindura Ubu bugingo bwanje mbe nk'uko ugomba ibihe vyose. Amen