Gushingira Intahe Yesu Kristo

Mwami Yesu ndagutakambiye kugira ng'unyiganzire mbe uwawe. Ivyaha vyanje vyantandukanije bawe. Ndakwinginze Mwami ng'uze mu mutima wanje . Ndagushimiye ko umpariye ivyaha vyanje vyose. Ndabizi neza ko wahejeje ku bimparira . Ubu ndemeye kuva muvyaha ngo tubane Yesu. Hindura Ubu bugingo bwanje mbe nk'uko ugomba ibihe vyose. Amen
Ndondera kuri Facebook
Nyandikira kuri WhatsApp
by LinkJesus https://linkjesus.org/en/